Abaroma 2:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko uwuri Umuyuda inyuma atari we Muyuda+, eka n’ukugenyerwa kw’inyuma ku mubiri si kwo kugenyerwa+. Ivyahishuwe 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ‘Ndazi amakuba yawe n’ubworo bwawe—mugabo uri umutunzi+—nkamenya n’ukurogota kw’abivuga ko ari Abayuda+ yamara atari bo, ahubwo ari isinagogi ya Shetani+.
28 Kuko uwuri Umuyuda inyuma atari we Muyuda+, eka n’ukugenyerwa kw’inyuma ku mubiri si kwo kugenyerwa+.
9 ‘Ndazi amakuba yawe n’ubworo bwawe—mugabo uri umutunzi+—nkamenya n’ukurogota kw’abivuga ko ari Abayuda+ yamara atari bo, ahubwo ari isinagogi ya Shetani+.