ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nayo izo mw’ivu ryiza, abo ni bamwe iyo bamaze kwumva iryo jambo n’umutima mwiza kandi umeze neza+ baheza bakarigumya, bakama ivyamwa bihanganye+.

  • Luka 21:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ukwihangana kwanyu ni kwo kuzotuma mukiza ubuzima bwanyu+.

  • 2 Timoteyo 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 nitwabandanya kwihangana, tuzoganzanya kandi na we+; nitwamwihakana+, na we azotwihakana;

  • Abaheburayo 10:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Kuko mukeneye ukwihangana+, kugira ngo nimwamara gukora ukugomba kw’Imana+, muronke iranguka rya wa muhango+.

  • Abaheburayo 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Egome, murimbure mwitonze umwe yihanganira mwene ayo majambo y’ibihari+ abacumuzi bavuga bigirira nabi, kugira ntimuruhe ngo mudendebukirwe mu mitima yanyu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika