Zaburi 69:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko umwete w’inzu yawe wandiye+,Kandi ibitutsi vy’abagutuka vyaguye kuri jewe+. 2 Abakorinto 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko nzi umutima ukunze mufise, uwo nirata ku Banyamakedoniya ku biberekeye, yuko intara ya Akaya ubu imaze umwaka yiteguye+, kandi umwete wanyu warakabuye benshi muri bo.
2 kuko nzi umutima ukunze mufise, uwo nirata ku Banyamakedoniya ku biberekeye, yuko intara ya Akaya ubu imaze umwaka yiteguye+, kandi umwete wanyu warakabuye benshi muri bo.