ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?

  • 1 Petero 1:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.

  • 1 Yohani 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika