ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 22:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mikaya abandanya kuvuga ati: “Niwumve rero ijambo rya Yehova+: Ndabona koko Yehova yicaye ku ntebe y’ubwami yiwe+, n’ingabo zose zo mu majuru zihagaze iruhande yiwe, iburyo bwiwe n’ibubamfu bwiwe+.

  • Yesaya 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika