Ivyahishuwe 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 gifise ubuninahazwa bw’Imana+. Uguca ibibatsi kwaco kwari kumeze nk’ibuye ry’agaciro kuruta ayandi yose, nk’ibuye rya yasipi rikayangana nk’ibuye ryitwa kirisitalo+.
11 gifise ubuninahazwa bw’Imana+. Uguca ibibatsi kwaco kwari kumeze nk’ibuye ry’agaciro kuruta ayandi yose, nk’ibuye rya yasipi rikayangana nk’ibuye ryitwa kirisitalo+.