Itanguriro 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nshize koko umunywamazi+ wanje mu gicu, kandi uzoba ikimenyetso c’isezerano hagati yanje n’isi.