Ivyahishuwe 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi yatugize ubwami+, abaherezi+ ku Mana yiwe ikaba na Data—egome, ubuninahazwa n’ubushobozi bibe ivyiwe ibihe vyose+. Amen. Ivyahishuwe 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ baca bikubita hasi imbere y’Umwe yicaye kuri ya ntebe bagasenga+ Umwe abaho ibihe bitazoshira, bagaterera ingori zabo imbere y’iyo ntebe, bakavuga bati:
6 kandi yatugize ubwami+, abaherezi+ ku Mana yiwe ikaba na Data—egome, ubuninahazwa n’ubushobozi bibe ivyiwe ibihe vyose+. Amen.
10 ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ baca bikubita hasi imbere y’Umwe yicaye kuri ya ntebe bagasenga+ Umwe abaho ibihe bitazoshira, bagaterera ingori zabo imbere y’iyo ntebe, bakavuga bati: