Matayo 24:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 “Nayo ivy’uwo musi n’iyo saha+, nta n’umwe abizi, baba abamarayika bo mw’ijuru canke Umwana, atari Data gusa+. Ivyakozwe 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ababwira ati: “Si ivyanyu kumenya ivy’ibihe canke ibiringo+ Data yashize mu bubasha bwiwe bwite+;
36 “Nayo ivy’uwo musi n’iyo saha+, nta n’umwe abizi, baba abamarayika bo mw’ijuru canke Umwana, atari Data gusa+.