Ivyahishuwe 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Jewe Yohani, ndabandikiye mwebwe mashengero indwi+ ari mu ntara ya Aziya: Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva kuri “Umwe ariho kandi yariho kandi ariko araza+,” no kuri za mpwemu indwi+ ziri imbere y’intebe y’ubwami yiwe,
4 Jewe Yohani, ndabandikiye mwebwe mashengero indwi+ ari mu ntara ya Aziya: Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva kuri “Umwe ariho kandi yariho kandi ariko araza+,” no kuri za mpwemu indwi+ ziri imbere y’intebe y’ubwami yiwe,