Gusubira mu vyagezwe 33:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko atangura kuvuga ati:“Yehova yaje ava i Sinayi+,Yabarabirijeko ari i Seyiri+.Yasayanganye ari mu misozi y’i Parani+,Kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi mirongo+,Iburyo bwiwe hakaba abarwanyi babo+. Abaheburayo 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo mwegereye Umusozi Siyoni+ n’igisagara+ c’Imana nzima, Yeruzalemu yo mw’ijuru+, be n’ibihumbi mirongo vy’abamarayika+, Yuda 14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Egome, Henoki+ umwe agira indwi guhera kuri Adamu, na we nyene yaravuze ubuhanuzi ku biberekeye, igihe yavuga ati: “Ehe! Yehova yazananye n’aberanda biwe ibihumbi mirongo+,
2 Nuko atangura kuvuga ati:“Yehova yaje ava i Sinayi+,Yabarabirijeko ari i Seyiri+.Yasayanganye ari mu misozi y’i Parani+,Kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi mirongo+,Iburyo bwiwe hakaba abarwanyi babo+.
22 Mugabo mwegereye Umusozi Siyoni+ n’igisagara+ c’Imana nzima, Yeruzalemu yo mw’ijuru+, be n’ibihumbi mirongo vy’abamarayika+,
14 Egome, Henoki+ umwe agira indwi guhera kuri Adamu, na we nyene yaravuze ubuhanuzi ku biberekeye, igihe yavuga ati: “Ehe! Yehova yazananye n’aberanda biwe ibihumbi mirongo+,