Ivyahishuwe 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi abamarayika bose+ bari bahagaze bakikuje ya ntebe y’ubwami na ba bakurambere+ na vya binyabuzima bine+, maze bubarara hasi imbere ya ya ntebe y’ubwami, basenga Imana+,
11 Kandi abamarayika bose+ bari bahagaze bakikuje ya ntebe y’ubwami na ba bakurambere+ na vya binyabuzima bine+, maze bubarara hasi imbere ya ya ntebe y’ubwami, basenga Imana+,