Matayo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’”
10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’”