Zaburi 45:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi mu bwiza bwawe bwakaka, bandanya ugana ku kuroranirwa+;Gendera kw’ifarasi yawe uburanire ukuri n’ukwicisha bugufi be n’ubugororotsi+,Kandi ukuryo kwawe kuzokwigisha ibintu biteye ubwoba+.
4 Kandi mu bwiza bwawe bwakaka, bandanya ugana ku kuroranirwa+;Gendera kw’ifarasi yawe uburanire ukuri n’ukwicisha bugufi be n’ubugororotsi+,Kandi ukuryo kwawe kuzokwigisha ibintu biteye ubwoba+.