ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nibakubwira ngo: ‘Dusohoke tuje hehe?’, uze ubabwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Uwugenewe ikiza cica, naje ku kiza cica! Uwugenewe inkota, naje ku nkota! Uwugenewe ikigoyi, naje ku kigoyi+! Uwugenewe kugirwa imbohe na we, naje kugirwa imbohe+!”’

  • Ezekiyeli 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi nzobarungikako ikigoyi n’ibikoko biryana+, biguhekure, kandi ikiza+ n’amaraso+ bizoca muri wewe, kandi nzokuzanako inkota+. Jewe Yehova, ndavuze.’”

  • Luka 21:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 kandi hazoba vya nyamugigima bikomakomeye, habe n’ibiza n’amapfa+ biva hamwe bija ahandi; kandi hazoba ibintu biteye ubwoba habe n’ibimenyetso bikomakomeye biva mw’ijuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika