Abalewi 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo. Ivyahishuwe 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi mbona yuko nya mugore yari aborewe amaraso+ y’aberanda be n’amaraso y’ivyabona vya Yezu+. Erega ngo ndamubone, ndatangara bimwe bikomeye+.
11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo.
6 Kandi mbona yuko nya mugore yari aborewe amaraso+ y’aberanda be n’amaraso y’ivyabona vya Yezu+. Erega ngo ndamubone, ndatangara bimwe bikomeye+.