ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Niwinjire mu gitandara, winyegeze mu mukungugu kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, uhunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+.

  • Yesaya 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi abantu bazokwinjira mu masenga y’ibitandara no mu binogo vyo mu mukungugu kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, bahunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+, niyahaguruka kugira ngo isi iranduke umutima+.

  • Ezekiyeli 33:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ndahiye ukubaho kwanje: ni ukuri, abari mu bibanza vyatikijwe bazogwishwa n’inkota+; kandi uwuri ku gahinga sinzobura kumutanga ku gikoko ngo akibere indya+; kandi abari mu bibanza bikomeye no mu masenga+ bazopfa bishwe n’ikiza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika