Gusubira mu vyagezwe 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko Yehova Imana yawe ari umuriro uyigiza+, Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+. Zaburi 97:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umuriro ugendera imbere yiwe+,Kandi uyigiza abarwanizi biwe bose irya n’ino+. Abaheburayo 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko Imana yacu ari kandi umuriro uyigiza+.