Ivyahishuwe 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uwa kabiri+ na we asuka ibakure yiwe mu kiyaga+. Gica gihinduka amaraso+ nk’ay’umuntu yapfuye, maze igifise ubuzima cose kirapfa, egome, ibiri mu kiyaga+.
3 Uwa kabiri+ na we asuka ibakure yiwe mu kiyaga+. Gica gihinduka amaraso+ nk’ay’umuntu yapfuye, maze igifise ubuzima cose kirapfa, egome, ibiri mu kiyaga+.