Kuvayo 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko niwaguma wanka kurekura abantu banje, ehe ngira nzane inzige hagati y’imbibe zawe ejo+. Kuvayo 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Buno Yehova abwira Musa ati: “Ramvurira+ ukuboko kwawe hejuru y’igihugu ca Misiri haze inzige, ziduge hejuru ku gihugu ca Misiri, zirigate ibimera vyose vy’ico gihugu, ikintu cose urubura rwasigaje+.”
12 Buno Yehova abwira Musa ati: “Ramvurira+ ukuboko kwawe hejuru y’igihugu ca Misiri haze inzige, ziduge hejuru ku gihugu ca Misiri, zirigate ibimera vyose vy’ico gihugu, ikintu cose urubura rwasigaje+.”