Ivyahishuwe 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umumarayika agira indwi na we avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haba amajwi arenga, avuga ati: “Ubwami bw’isi bucitse ubwami bw’Umukama+ wacu n’ubwa Kristu+ wiwe, kandi azoganza ibihe bitazoshira+.”
15 Umumarayika agira indwi na we avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haba amajwi arenga, avuga ati: “Ubwami bw’isi bucitse ubwami bw’Umukama+ wacu n’ubwa Kristu+ wiwe, kandi azoganza ibihe bitazoshira+.”