Ivyahishuwe 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze mpindukira kuraba nya jwi ryariko rivugana nanje, mpindukiye mbona ibitereko vy’amatara indwi vy’inzahabu+,
12 Maze mpindukira kuraba nya jwi ryariko rivugana nanje, mpindukiye mbona ibitereko vy’amatara indwi vy’inzahabu+,