Itanguriro 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Izina ry’uruzi rugira gatatu ni Hidekeli+; ni rumwe rugenda mu buseruko bwa Ashuri+. Uruzi rugira kane na rwo ni Efurate+. Ivyahishuwe 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwa gatandatu+ na we asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini Efurate+, amazi yarwo aca arakama+, kugira ngo inzira itegurwe ku bw’abami+ bava i burasirazuba. Ivyahishuwe 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze ambwira ati: “Arya mazi wabonye, aho wa mumaraya yicaye, agereranya ibisata vy’abantu n’amasinzi n’amahanga n’indimi+.
14 Izina ry’uruzi rugira gatatu ni Hidekeli+; ni rumwe rugenda mu buseruko bwa Ashuri+. Uruzi rugira kane na rwo ni Efurate+.
12 Uwa gatandatu+ na we asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini Efurate+, amazi yarwo aca arakama+, kugira ngo inzira itegurwe ku bw’abami+ bava i burasirazuba.
15 Maze ambwira ati: “Arya mazi wabonye, aho wa mumaraya yicaye, agereranya ibisata vy’abantu n’amasinzi n’amahanga n’indimi+.