Yobu 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Shetani yishura Yehova ati: “Ugira ngo Yobu atinyira Imana ubusa+? Zakariya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko anyereka Yosuwa+ umuherezi mukuru ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova, na Shetani+ ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye+.
3 Nuko anyereka Yosuwa+ umuherezi mukuru ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova, na Shetani+ ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye+.