ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 8:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Hanyuma avuga ati: “Ehe ngira nkumenyeshe ibizoba mu kiringo ca nyuma c’imisibo, kuko ari ivy’igihe cashinzwe c’iherezo+.

  • Mika 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ibi ni vyo bizotegerezwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+: umusozi+ w’inzu+ ya Yehova uzoshimangirwa hejuru y’isonga ry’imisozi, emwe, uduzwe hejuru y’imirambi+; kandi ibisata vy’abantu bizorindiga koko bija kuri wo+.

  • Matayo 24:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ni ukuri, ndababwiye yuko iri yaruka+ ritazogenda rivuyeho ivyo vyose bitabaye.

  • Abaroma 16:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+.

  • 2 Timoteyo 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mugabo umenye ibi: yuko mu misi ya nyuma+ hazobaho ibihe bitoroshe kandi bigoye kwihanganira+.

  • 2 Petero 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko ubwa mbere muzi ibi: yuko mu misi ya nyuma+ hazoza abashinyaguzi+ n’agashinyaguro kabo, bagenda bisunga ivyipfuzo vyabo bwite+

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika