Luka 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Aca ababwira ati: “Nabonye Shetani amaze gukoroka+ nk’umuravyo ava mw’ijuru.