Itanguriro 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inzoka+ ni yo yari igikoko ciyubara+ kuruta ibikoko vyose vyo mu gahinga Yehova Imana yari yararemye+. Ibwira rero nya mugore+ iti: “Ni ivy’ukuri yuko Imana yavuze ngo ntimuze murye ku giti na kimwe co mu murima+?” 2 Abakorinto 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo nka kumwe ya nzoka yaryosharyosha Eva+ ikoresheje urwenge rwayo, ndatinya yuko hari ukuntu imizirikanyi yanyu yohava yononekara+ ikava ku kutagira uburyarya n’ukutandura bibereye Kristu+.
3 Inzoka+ ni yo yari igikoko ciyubara+ kuruta ibikoko vyose vyo mu gahinga Yehova Imana yari yararemye+. Ibwira rero nya mugore+ iti: “Ni ivy’ukuri yuko Imana yavuze ngo ntimuze murye ku giti na kimwe co mu murima+?”
3 Mugabo nka kumwe ya nzoka yaryosharyosha Eva+ ikoresheje urwenge rwayo, ndatinya yuko hari ukuntu imizirikanyi yanyu yohava yononekara+ ikava ku kutagira uburyarya n’ukutandura bibereye Kristu+.