Zaburi 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imigozi y’urupfu yarankikuje+;Amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi na yo yaguma antera ubwoba+. Yesaya 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ewe ntureka iraho y’ibisata vyinshi vy’abantu bisebagirika n’ugusebagirika nk’ukw’ibiyaga! Ewe rwamo rw’imiryango y’amahanga ahinda nk’urwamo rw’amazi akomeye+!
4 Imigozi y’urupfu yarankikuje+;Amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi na yo yaguma antera ubwoba+.
12 Ewe ntureka iraho y’ibisata vyinshi vy’abantu bisebagirika n’ugusebagirika nk’ukw’ibiyaga! Ewe rwamo rw’imiryango y’amahanga ahinda nk’urwamo rw’amazi akomeye+!