Daniyeli 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza, maze ehe raba, ikindi gikoko, kimeze nk’ingwe+, mugabo ku mugongo waco cari gifise amababa ane y’ikiremwa kiguruka. Nya gikoko cari gifise imitwe ine+; gihabwa ubutware koko.
6 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza, maze ehe raba, ikindi gikoko, kimeze nk’ingwe+, mugabo ku mugongo waco cari gifise amababa ane y’ikiremwa kiguruka. Nya gikoko cari gifise imitwe ine+; gihabwa ubutware koko.