Daniyeli 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ica mbere cari kimeze nk’intambwe+, kikagira amababa y’inkona+. Nguma nitegereza gushika amababa yaco aranduwe, hanyuma kirahagurutswa gikuwe hasi+, gihagarikwa ku birenge bibiri nk’umuntu, kandi gihabwa umutima w’umuntu+.
4 “Ica mbere cari kimeze nk’intambwe+, kikagira amababa y’inkona+. Nguma nitegereza gushika amababa yaco aranduwe, hanyuma kirahagurutswa gikuwe hasi+, gihagarikwa ku birenge bibiri nk’umuntu, kandi gihabwa umutima w’umuntu+.