Ivyahishuwe 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi kirazimiza ababa kw’isi, kubera ibimenyetso cahawe gukorera mu maso ya ca gikoko, kikabwira ababa kw’isi ngo bakore ishusho+ ya ca gikoko cari n’uruguma rw’inkota+ yamara kikongera kubaho.
14 Kandi kirazimiza ababa kw’isi, kubera ibimenyetso cahawe gukorera mu maso ya ca gikoko, kikabwira ababa kw’isi ngo bakore ishusho+ ya ca gikoko cari n’uruguma rw’inkota+ yamara kikongera kubaho.