Yohani 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yezu aramwishura ati: “Nta bubasha na bukeyi wari kungirako, iyo utaba wabuhawe buvuye hejuru+. Ni co gituma uwantanze kuri wewe afise igicumuro kinini kuruta.”
11 Yezu aramwishura ati: “Nta bubasha na bukeyi wari kungirako, iyo utaba wabuhawe buvuye hejuru+. Ni co gituma uwantanze kuri wewe afise igicumuro kinini kuruta.”