Matayo 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo uwihanganye+ gushika kw’iherezo ni we azokizwa+. Abaheburayo 10:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Kuko mukeneye ukwihangana+, kugira ngo nimwamara gukora ukugomba kw’Imana+, muronke iranguka rya wa muhango+. Abaheburayo 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Egome, murimbure mwitonze umwe yihanganira mwene ayo majambo y’ibihari+ abacumuzi bavuga bigirira nabi, kugira ntimuruhe ngo mudendebukirwe mu mitima yanyu+.
36 Kuko mukeneye ukwihangana+, kugira ngo nimwamara gukora ukugomba kw’Imana+, muronke iranguka rya wa muhango+.
3 Egome, murimbure mwitonze umwe yihanganira mwene ayo majambo y’ibihari+ abacumuzi bavuga bigirira nabi, kugira ntimuruhe ngo mudendebukirwe mu mitima yanyu+.