Daniyeli 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo aberanda+ ba Rudasumbwa+ bazoronka ubwami, bigabire ubwo bwami+ igihe kitagira urugero, emwe, igihe kitagira urugero n’ibihe bitagira urugero.’ 1 Abakorinto 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Canke ntimuzi ko aberanda bazocira urubanza+ isi+? Kandi nimba ari mwebwe muzocira urubanza isi, ntimubereye none guca imanza z’ibintu bitoyi cane+? Ivyahishuwe 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Arahiriwe+ kandi ni mweranda+ uwo wese afise umugabane mw’izuka rya mbere; abo, urupfu rwa kabiri+ nta bubasha rubafiseko+, mugabo bazoba abaherezi+ b’Imana n’aba Kristu, kandi bazoganzanya na we iyo myaka igihumbi+.
18 Mugabo aberanda+ ba Rudasumbwa+ bazoronka ubwami, bigabire ubwo bwami+ igihe kitagira urugero, emwe, igihe kitagira urugero n’ibihe bitagira urugero.’
2 Canke ntimuzi ko aberanda bazocira urubanza+ isi+? Kandi nimba ari mwebwe muzocira urubanza isi, ntimubereye none guca imanza z’ibintu bitoyi cane+?
6 Arahiriwe+ kandi ni mweranda+ uwo wese afise umugabane mw’izuka rya mbere; abo, urupfu rwa kabiri+ nta bubasha rubafiseko+, mugabo bazoba abaherezi+ b’Imana n’aba Kristu, kandi bazoganzanya na we iyo myaka igihumbi+.