ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mbandanya kurimbura ivy’ayo mahembe, maze ehe, muri yo hanaga irindi hembe, agahembe gatoyi+, kandi imbere yako harandurwa atatu muri ya mahembe ya mbere. Kandi ehe, kuri iryo hembe hari amaso nk’ay’umuntu, hakaba n’akanwa kavuga ibintu vy’agakomeye+.

  • Ivyahishuwe 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze mbona amajambo y’amahumekano+ atatu ahumanye yasa n’ibikere+ ava mu kanwa ka ca gisato+ no mu kanwa ka ca gikoko+ no mu kanwa ka wa muhanuzi w’ikinyoma+.

  • Ivyahishuwe 19:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Maze ca gikoko+ kirafatwa, gifatanwa na wa muhanuzi w’ikinyoma+ yakorera imbere yaco ibimenyetso+ yazimirisha abaronse ikimenyetso+ ca ca gikoko be n’abasenga ishusho+ yaco. Bikiri bizima, vyompi biraririzwa mu kiyaga c’umuriro cakishwa amazuku+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika