Ivyahishuwe 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi umwotsi w’ukubabazwa kwabo uduga ibihe bitazoshira+, kandi ku murango no mw’ijoro nta gahengwe bagira, abasenga ca gikoko n’ishusho yaco, n’uwo wese yakiriye ikimenyetso+ c’izina ryaco.
11 Kandi umwotsi w’ukubabazwa kwabo uduga ibihe bitazoshira+, kandi ku murango no mw’ijoro nta gahengwe bagira, abasenga ca gikoko n’ishusho yaco, n’uwo wese yakiriye ikimenyetso+ c’izina ryaco.