Zaburi 33:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nimumuririmbire ururirimbo rushasha+;Nimubashe imirya mujanisha n’akaruru k’umunezero+. Zaburi 98:1 Bibiliya y’isi nshasha 98 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,Kuko ivyo yakoze ari agatangaza+.Ukuryo kwiwe, mbere ukuboko kwiwe kweranda, kwamuronkeje ubukiriro+. Zaburi 149:1 Bibiliya y’isi nshasha 149 Shemeze Ya+!Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,Ririmbe ishemezo ryiwe mw’ishengero ry’intahemuka+. Ivyahishuwe 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi baririmba ururirimbo rushasha+, bati: “Urabereye gutora uwo muzingo no kumatura udushashara twawo, kuko wishwe, kandi ukoresheje amaraso+ yawe ukaba waguriye+ Imana+ abantu bo mu muryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose n’ihanga ryose,
98 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,Kuko ivyo yakoze ari agatangaza+.Ukuryo kwiwe, mbere ukuboko kwiwe kweranda, kwamuronkeje ubukiriro+.
149 Shemeze Ya+!Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,Ririmbe ishemezo ryiwe mw’ishengero ry’intahemuka+.
9 Kandi baririmba ururirimbo rushasha+, bati: “Urabereye gutora uwo muzingo no kumatura udushashara twawo, kuko wishwe, kandi ukoresheje amaraso+ yawe ukaba waguriye+ Imana+ abantu bo mu muryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose n’ihanga ryose,