Abanyefeso 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 kugira ngo azane ishengero kuri we nyene mu bwiza bwakaka bwaryo+, ritagira agatosi canke umunkanyari canke ico ari co cose muri mwene ivyo, ahubwo ribe ryeranda kandi ritagira ikirabagu+. Yuda 24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Imwe rero ishobora kubarinda+ gutsitara kandi ikabahagarika mutagirako ikirabagu+ imbere y’ubuninahazwa bwayo n’akanyamuneza kenshi,
27 kugira ngo azane ishengero kuri we nyene mu bwiza bwakaka bwaryo+, ritagira agatosi canke umunkanyari canke ico ari co cose muri mwene ivyo, ahubwo ribe ryeranda kandi ritagira ikirabagu+.
24 Imwe rero ishobora kubarinda+ gutsitara kandi ikabahagarika mutagirako ikirabagu+ imbere y’ubuninahazwa bwayo n’akanyamuneza kenshi,