Matayo 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi iyi nkuru nziza+ y’ubwami+ izokwamamazwa mw’isi yose ngo bibe intahe ku mahanga yose+; maze iherezo+ rizoca riza. Mariko 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Vyongeye, mu mahanga yose inkuru nziza+ itegerezwa kubanza kwamamazwa+.
14 Kandi iyi nkuru nziza+ y’ubwami+ izokwamamazwa mw’isi yose ngo bibe intahe ku mahanga yose+; maze iherezo+ rizoca riza.