Imigani 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse. Matayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+.
13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.
28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+.