1 Petero 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko ari igihe cashinzwe c’uko urubanza rutangurira ku nzu y’Imana+. Nimba rero rubanza gutangurira kuri twebwe+, none iherezo ry’abatagamburukira inkuru nziza y’Imana rizoba irihe+? 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
17 Kuko ari igihe cashinzwe c’uko urubanza rutangurira ku nzu y’Imana+. Nimba rero rubanza gutangurira kuri twebwe+, none iherezo ry’abatagamburukira inkuru nziza y’Imana rizoba irihe+?
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,