Zaburi 75:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko hari igikombe mu kuboko kwa Yehova+,Kandi umuvinyu uriko urabimba ifuro; wuzuye ikivange.Kandi vy’ukuri azosuka urutere rwawo ruve muri wo;Ababisha bose bo kw’isi bazorwirangūza, barunywe+.” Ivyahishuwe 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo amahanga yaratse, kandi uburake bwawe buraza, be n’igihe cashinzwe c’uko abapfuye bacirwa imanza, n’ico guha impembo+ abashumba bawe ari bo bahanuzi+, n’aberanda, n’abatinya izina ryawe, abato n’abahambaye+, n’ico guhonya+ abahonya isi+.” Ivyahishuwe 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ca gisagara gikomeye+ gica gisadukamwo gutatu, n’ibisagara vy’amahanga biratemba; hanyuma Babiloni Akomeye+ aribukwa imbere y’Imana, kugira ngo ahabwe igikombe c’umuvinyu w’ishavu ry’uburake bwayo+.
8 Kuko hari igikombe mu kuboko kwa Yehova+,Kandi umuvinyu uriko urabimba ifuro; wuzuye ikivange.Kandi vy’ukuri azosuka urutere rwawo ruve muri wo;Ababisha bose bo kw’isi bazorwirangūza, barunywe+.”
18 Mugabo amahanga yaratse, kandi uburake bwawe buraza, be n’igihe cashinzwe c’uko abapfuye bacirwa imanza, n’ico guha impembo+ abashumba bawe ari bo bahanuzi+, n’aberanda, n’abatinya izina ryawe, abato n’abahambaye+, n’ico guhonya+ abahonya isi+.”
19 Ca gisagara gikomeye+ gica gisadukamwo gutatu, n’ibisagara vy’amahanga biratemba; hanyuma Babiloni Akomeye+ aribukwa imbere y’Imana, kugira ngo ahabwe igikombe c’umuvinyu w’ishavu ry’uburake bwayo+.