Ivyahishuwe 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uw’indwi na we asuka ibakure yiwe ku kirere+. Ijwi rirenga+ rica risohoka rivuye aheranda kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Birakozwe!”
17 Uw’indwi na we asuka ibakure yiwe ku kirere+. Ijwi rirenga+ rica risohoka rivuye aheranda kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Birakozwe!”