Abaheburayo 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 umukozi akorera abantu w’ahantu heranda+ akaba n’uw’ihema nyakuri ryashinzwe na Yehova+, ritashinzwe n’umuntu+. Abaheburayo 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,
2 umukozi akorera abantu w’ahantu heranda+ akaba n’uw’ihema nyakuri ryashinzwe na Yehova+, ritashinzwe n’umuntu+.
11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,