ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 5:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Uwo mwanya Belushazari atanga itegeko, bambika Daniyeli impuzu y’umuyugubwe, n’urunigi rw’inzahabu mw’izosi; batangaza ku bimwerekeye yuko agiye kuba umutware agira gatatu mu bwami+.

  • Luka 16:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Mugabo umuntu umwe+ yari umutunzi, akambara impuzu z’ibara ry’umuyugubwe n’iz’ilino, ku musi ku musi akama aryohererwa ibintu vy’agatangaza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika