Ivyahishuwe 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma mbona umumarayika amanuka ava mw’ijuru afise urupfunguruzo rw’inyenga+ be n’ikinyororo kinini mu minwe.
20 Hanyuma mbona umumarayika amanuka ava mw’ijuru afise urupfunguruzo rw’inyenga+ be n’ikinyororo kinini mu minwe.