Yeremiya 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abampama nibamaramare+, mugabo jewe simaramare+. Nibabe ari bo bacika ivutu, mugabo jewe sincike ivutu. Nubazaneko umusi w’ivyago+, kandi ubavunagure basenyuke kabiri+. Yeremiya 50:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Duga utere igihugu ca Meratayimu, duga umutere+, utere n’ababa muri Pekodi+. Ukugandagura n’agatikizo nibibome inyuma,” ni ko Yehova avuze, “ubagirire nk’uko ivyo ngutegetse vyose biri+.
18 Abampama nibamaramare+, mugabo jewe simaramare+. Nibabe ari bo bacika ivutu, mugabo jewe sincike ivutu. Nubazaneko umusi w’ivyago+, kandi ubavunagure basenyuke kabiri+.
21 “Duga utere igihugu ca Meratayimu, duga umutere+, utere n’ababa muri Pekodi+. Ukugandagura n’agatikizo nibibome inyuma,” ni ko Yehova avuze, “ubagirire nk’uko ivyo ngutegetse vyose biri+.