1 Abakorinto 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko hategerezwa kandi kubaho imice+ muri mwebwe, kugira ngo abashimwa na bo nyene bibonekeze muri mwebwe+. Ivyahishuwe 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Na wewe nyene urafise abagumya inyigisho ya wa muce wa Nikola+.
19 Kuko hategerezwa kandi kubaho imice+ muri mwebwe, kugira ngo abashimwa na bo nyene bibonekeze muri mwebwe+.