Umusiguzi 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Inkunzi y’ifeza ntizohaga ifeza, eka n’inkunzi y’ubutunzi ntizohaga inyungu+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa+.
10 Inkunzi y’ifeza ntizohaga ifeza, eka n’inkunzi y’ubutunzi ntizohaga inyungu+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa+.