Gusubira mu vyagezwe 32:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.” Abaroma 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.” Ivyahishuwe 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?” Ivyahishuwe 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”
43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.”
19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”
10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”
2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”